Indundi TV

Barasaba ko ikiraro gihuza kanyosha na Gisyo cokwubakwa
Imyaka 10 iraheze ikiraro co k’uruzi Kanyosha gihuza karitiye ya kibenga na Gisyo kibomotse, ivyo bigatuma imigenderanire hagati yayo makaritiye itoroha kuko mu kujabuka bisaba guhekwa, bagasaba ko hokwubakwa ikiraro kuri urwo ruzi.

Ico kiraro cabomotse kiri nko ku metero 200 uvuye kw’ibarabara rya Bujumbura-Rumonge, aho ubona ibisigarira vyicahoze ari ikiraro cahuza amakaritiye ya kibenga na Gisyo, ubu kugira ujabuke ugwo ruzi bigasaba guhekwa, ibitama vyoroshe kuko iyo imvura yaguye ugwo ruzi rwuzura no guhekwa bigahava bidashoboka.

inkuru yose aho musi
indundi.com/barasaba-ko-ikiraro-gihuza-kanyosha-na…

10 months ago | [YT] | 45