Bienvenue sur la chaîne YouTube officielle d'Eline IRACAMPA, votre destination ultime pour la musique chrétienne inspirante en Kirundi et en Swahili. Plongez dans un monde de louange et d'adoration, où chaque vidéo est imprégnée de la profondeur de la foi en Afrique de l'Est.
Découvrez des clips vidéo des chants chrétiens et des hymnes gospel qui résonnent avec l'âme, exprimés dans les langues riches et mélodieuses du Kirundi et du Swahili. Notre mission est de partager la bonne nouvelle à travers la puissance de la musique, en touchant les cœurs et en élevant les esprits.
Que vous soyez au Burundi, au Rwanda, en Tanzanie, en RDC, au Kenya, en Ouganda ou partout dans le monde, notre contenu est créé avec amour pour vous inspirer, vous encourager et vous connecter à la présence divine.
Abonnez-vous dès aujourd'hui pour ne manquer aucun des nouveaux clips vidéo et pour rejoindre une communauté de croyants passionnés par la musique qui célèbre la foi et l'espoir en Jésus-Christ.
Eline & JPierre
Ntuhagarikwe umutima n'ivyo Imana itakoze muri 2024, no muri 2025 Ubuntu n'imbabazi zayo biracari vyinshi cane kuri Wewe, ivyiyumviro ikwiyumvirako ni ivy'amahoro, ico itaraguha irakubikiye, rindira wihanganye kandi ntugasigeho gusenga!!
1 year ago (edited) | [YT] | 15
View 2 replies
Eline & JPierre
Karibu cane bakunzi, muze guteramana natwe mu bwiza bw'Imana. Amen.
1 year ago | [YT] | 16
View 0 replies
Eline & JPierre
Shalom bakunzi, iyi ndwi itarahera turabafitiye bishasha bizohindura ubugingo bwanyu, Kaze cane mube murafyonda subscribe kugira ngo muzobibonere hafi.
N.B : Twaje kukwibutsa urukundo rw'Imana, ico itugombako n'ico dukwiye gukora kubw'icubahoro cayo,
Mwarahezagiwe, turabakunda♥️.
1 year ago (edited) | [YT] | 21
View 6 replies
Eline & JPierre
Amahoro neza bakunzi! Akabazo gato : ni iyahe muri izi nzirimbo yoba yarabahezagiye cane bituma muyumviriza nka kabiri canke karenga? YESU ABAHEZAGIRE CANE!
1 year ago | [YT] | 2
View 3 replies