Radio Maria Burundi



Radio Maria Burundi

Mu ntumbero yo kubafasha gukurikirana ibirori vy'isozerwa ry'umwaka wa Yubile y'Imyaka 100 iheze hatiwe abasaserdoti ba mbere mu Burundi, Radio Maria Burundi yifadikanije na Diyoseze Nkuru ya Bujumbura, tuzobashikiriza ikibiriraho uko ibirori bizoba biriko biragenda.
Kaze mwese ku mbuga zacu #Facebook na #Youtube za Radio Maria Burundi.

1 month ago | [YT] | 45

Radio Maria Burundi

Bakunzi ba Radio Maria musanzwe mukurikirana inkuka ya misa hano kumbuga zacu, uyu musi turifadikanya n'abakristu ba Paroisse NDAVA yo muri Diyoseze Nkuru ya Gitega aho iyo Paroisse isanzwe iri mu kanyamuneza ko kwigina yubike y'imyaka 50 iyo Paruwase imaze ivutse. Inkuka y'imisa murayikurikirana isaha zine [10h] kuri Youtube ya Radio Maria Burundi no ku mirongo yose

1 month ago | [YT] | 59

Radio Maria Burundi

Kaze tube hamwe mu nkuka y’imisa yo kwugurura umwaka w’ubutumwa muri Diyoseze Nkuru ya Gitega igihe c’isaha zitatu n’igice (9h30).
Radio Maria Burundi irabashikiriza iyo misa ibicishije ku rubuga rwayo rwa #Youtube
Radio Maria Burundi

1 month ago | [YT] | 27

Radio Maria Burundi

Bakunzi ba Radio Maria Burundi, kubari kure badashobora gushika mw'isengero ngo bahimbaze uyu musi mukuru w'Aberanda bose. Uyu musi isaha zitandatu (12h00) turaza kuba kumwe namwe mu nkuka ya misa iva hano mu gasengero ka Radio Maria

2 months ago | [YT] | 71

Radio Maria Burundi

Revivez en images la messe de clôture du 60e anniversaire des relations diplomatiques entre le Burundi et le Saint-Siège, célébrée ce dimanche 17 août 2025 au sanctuaire marial de Mont Sion Gikungu.
La célébration, présidée par Son Éminence le Cardinal Pietro Parolin, a rassemblé fidèles, autorités et amis de l’Église pour un moment de prière et d’action de grâce.
Une page historique dans les relations spirituelles et diplomatiques entre le Burundi et le Vatican.

4 months ago | [YT] | 63

Radio Maria Burundi

🇧🇮🤝🇻🇦 Le Burundi et le Vatican renforcent leurs liens


Le Président Évariste Ndayishimiye a reçu au Palais Ntare le Cardinal Pietro Parolin, Secrétaire d’État du Vatican.
Les discussions ont porté sur les relations bilatérales et sur la mise en œuvre de l’Accord-cadre récemment ratifié.
À cette occasion, 7 accords de coopération ont été signés dans les domaines de la santé, de l’éducation, de la sécurité, de l’enseignement supérieur, des structures médicales, de l’administration pénitentiaire et de l’assistance aux réfugiés.
Cette étape marque une nouvelle avancée alors que le Burundi et le Saint-Siège célèbrent 60 ans de relations fructueuses.
#Burundi #Vatican #CardinalParolin #Diplomatie #Coopération

4 months ago | [YT] | 45

Radio Maria Burundi

Ce matin, une messe a été célébrée à la chapelle du CINOPR de Kiriri, au siège de la Conférence épiscopale catholique du Burundi (CECAB). Elle a été présidée par le Cardinal Pietro Parolin, Secrétaire d’État du Pape Léon XIV, en visite officielle au Burundi depuis hier.
L’office a été retransmis en direct sur toutes les fréquences de Radio Maria Burundi.
#vatican #cardinal #PietroParolin #RMB #RadioMaria #Pontifex
#nonciature_bujumbura

4 months ago | [YT] | 82

Radio Maria Burundi

Kw'isaha y'umunani y'umuhingamo wo kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12/08/2025, niho nyenicubahiro Kardinali Pietro Parolin, Umunyamabanga wa Leta ya Vatikano yashika ku kibuga c'Indege ca Bujumbura citiriwe President Melchior NDADAYE. Yakiriwe n'icegera c'umukuru w'igihugu c'uburundi, Prosper BAZOMBANZA, Abepiskopi b'i Burundi, abasaserdoti, abihebey'Imana, n'abakristu batari bake. Umurisho w'ingoma, intambo n'amashi biri muvyaranze abaje gusanganira uwo mushitsi w'iteka. Yakiriwe icese ku kirimba c'ubuserukizi bwa Papa mu Burundi.

5 months ago | [YT] | 68

Radio Maria Burundi

Ejo k'umusi wa kabiri igenekerezo rya 05/08/2025, n'umusi ugira kabiri w'ihwaniro y'urwaruka ku rwego rw'igihugu (Forum National des Jeunes) ukaba n'umusi nyezina iryo hwaniro risa nirizoba ritanguye aho hazoba inyigisho zitandukanye.
Kubatashoboye kuhashika tuzobafasha kubasangiza ivuo vyiza ku mirongo yose FM ya Radio Maria Burundi hamwe no kumbuga zayo nka Youtube na Facebook.

5 months ago | [YT] | 34