Moriah Channel Tv est une chaine télévisée en ligne qui produit des cinémas et autres activités liées à Entertainment en vue de passer un message à la communauté Burundaise en particulier à la jeunesse.
Umwaka mushasha mwiza kubakunzi bacu muri rusangi ndetse no mubanzi ba film i Buja vy'umwihariko. Twipfuje kubamenyesha ko kuwagatatu 08h00 nk'uko bisanzwe film yanyu ibandanya. Mwarahezagiwe
Moriah Channel Tv
Director B10 Classic wa #Moriah muhuye nawe mwomusaba iki kuri Film #HEARTBEAT??
Ariko kandi turiko turabahereza akandi ga season kitwa #BURUNDIANHOME kandi karyoshe kameze neza kubazagakurikirana, twizerako muzogakunda
1 week ago | [YT] | 108
View 13 replies
Moriah Channel Tv
Dr ALINE muri HEARTBEAT uyu musi ni Isabukuru yiwe. Ni akahe kajambo womubwira kuri uyu musi udasanzwe?
Happy Birthday to you, Dr Aline.
MORIAH CHANNEL tumwipfurije imigisha n'imihezagiro muri vyose. 🥰🥰✍️
2 weeks ago | [YT] | 111
View 11 replies
Moriah Channel Tv
Burundian Home, nico gikorwa Moriah Channel Yv igiye Kumara iminsi ibashikiriza. Nibande bari baturindiriye? Mubitumenyeshe muri commentaire
1 month ago (edited) | [YT] | 89
View 7 replies
Moriah Channel Tv
Bonsoir abacu, muraho? Akajambo kamwe kuri Santhiana
2 months ago | [YT] | 222
View 8 replies
Moriah Channel Tv
Umwaka mushasha mwiza kubakunzi bacu muri rusangi ndetse no mubanzi ba film i Buja vy'umwihariko. Twipfuje kubamenyesha ko kuwagatatu 08h00 nk'uko bisanzwe film yanyu ibandanya. Mwarahezagiwe
4 months ago (edited) | [YT] | 573
View 9 replies
Moriah Channel Tv
Abakunzi biwe vy'umwihariko hamwe n'abakunzi ba HEARTBEAT muri rusangi, muraho? Mutubaze akabazo kamwe gusa
IF YOU DREAM, DREAM BIG
5 months ago | [YT] | 789
View 51 replies
Moriah Channel Tv
https://youtu.be/D-lcRPcwa0c?si=ImTTU...
@MimimireilleOfficial-dm8ty @BMTBuja @Johhnkayfilms @abelnduwayoofficial @dicoentertainment @INTAREIRIKURUTARE @2YSMEDIA @alvellamuhimbareofficial @xraybam @mutoniornellaofficial
6 months ago | [YT] | 5
View 0 replies
Moriah Channel Tv
https://youtu.be/VOUoUJI4qII?si=flSk3...
@MimimireilleOfficial-dm8ty @BMTBuja @Johhnkayfilms @abelnduwayoofficial @dicoentertainment @INTAREIRIKURUTARE @2YSMEDIA @alvellamuhimbareofficial @xraybam @mutoniornellaofficial
6 months ago | [YT] | 9

6 months ago | [YT] | 7
View 0 replies
Moriah Channel Tv
https://youtu.be/qIqKHF1xUVU?si=8P65P...
@MimimireilleOfficial-dm8ty @BMTBuja @Johhnkayfilms @abelnduwayoofficial @dicoentertainment @INTAREIRIKURUTARE @2YSMEDIA @alvellamuhimbareofficial @mutoniornellaofficial @xraybam
6 months ago | [YT] | 3
View 0 replies
Load more