Media for Change


African TV

S’igitigiri gusa, n’abantu, n’ukwizera, n’urugendo twese twafatanije. I Thank God 🙏😭❤️ umuntu wese akurikirana African TV, ayipartagea, atanga commentaires, ayishigikira kandi abandanya kutwizera. 🙏🏾

Imana ibahezagire cane. ❤️
Turacafise vyinshi vyo gukora, vyinshi vyo kwigisha no gushikiriza abantu. Urugendo rurabandanya! 🚀

200K+ FAMILY — THANK YOU! ❤️🌍
AFRICAN TV — Media for Change.

17 hours ago | [YT] | 15

African TV

Nimuze turabe uko Franick yajanye umukobwa wiwe SHAMIKA gusuka 😍👱🏻‍♀️
https://youtu.be/jS0qYPGS0FA?si=qlNpi...

1 month ago | [YT] | 17

African TV

Franick Yasohokanye UMUGORE wiwe ❤️
https://youtu.be/Gb37P9Wx7vU?si=gnTUV...

3 months ago | [YT] | 21

African TV

Umwana wa Franick , Shamika bamugiriye Birthday y’imyaka 3
https://youtu.be/IViWZ0OJZew?si=vNNLN...

3 months ago | [YT] | 5

African TV

DUSHIGIKIRE Franick n’Umugore wiwe😍 Ntimwibagire kugira subscribe
https://youtu.be/JfmwMpN4F_8?si=IEi1I...

3 months ago | [YT] | 9

African TV

NTIWIBAGIRE kugira subscribe mugushigikira Franick n’Umugore wiwe😍
https://youtu.be/NQI5zcM2YDM?si=kPQ8S...

3 months ago | [YT] | 9

African TV

https://youtu.be/knuZD_QVaHk?si=LGl0j...

GAKOBWA KA PAPA -BASLY ROY OUT NOW🔥🔥

NTUHOMBE KURABA INDIRIMBO NZIZA

4 months ago | [YT] | 14